English

KOSHO

KOSHO Lyrics By On Drama T 2024. Best Song KOSHO Lyrics in Hindi & English Originally Released on YouTube. KOSHO Song Sung By Popular Singer Drama T, Music Composed By Drama T, and Lyrics Of This Song Are Written By Drama T. KOSHO Full Song Lyrics By Drama T. We Offer Amazing Songs Lyrics Only on WoLyrics.com

KOSHO Song By Drama T Details

Vocal/Singer
Music Comsposer Drama T
Lyricist Drama T
YouTube video

KOSHO Lyrics Drama T

Sinjya mbeshya abo nitamwo
I don’t know how to say it
Iyo umfatishije ndizana

Coz I’m a cheater
Siniyoberanya
Uku mba nipoweye
Simvyegereza umutima

Mba nigize intama
Sha nditonda
Wazana uburara mba nka Ossama

Nta Deal(ru) z’ama bara na nyamacoma
Im gonna treat you right and love you hard uzonyurwa

Prechorus:

Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze

Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze

Chorus:

Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi

Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah

Mfunga la tete
Ufunga Les jambes
Its Crazy relationship

Verse2

Nubona nkuha n’umunota
Uje unshimira
Hari indi bitch y’ubu mechant
Iba iri inyuma

I need you to understand
If I let you down
S’uko utari level zanjye
Uri mwiza sha

So far you’re my darlin
Trust me you are
Even if what you heard may be true I love you

vyose ni urugamba tuzorugwana
If I let you down uzuvyumve niko ndemwe

Prechorus:

Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze

Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze

Chorus:

Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi

Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah

Check Also
Close
Back to top button